caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Hud, Verse 23

Mecca · revelation order 52 · 11:23

إِنَّ ٱلَّذِينَ ءَامَنُوا۟ وَعَمِلُوا۟ ٱلصَّٰلِحَٰتِ وَأَخْبَتُوٓا۟ إِلَىٰ رَبِّهِمْ أُو۟لَٰٓئِكَ أَصْحَٰبُ ٱلْجَنَّةِ هُمْ فِيهَا خَٰلِدُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMu vy’ukuri, abemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bagakora n’ivyiza bitegetswe, maze bakubahiriza n’amabwirizwa y’Imana yabo Rurema Allah, abo ni bo bantu rero bo mu Bwami bw’ijuru, bazobubamwo ibihe bidahera.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70